Ubutumire mw’ikoraniro rikuru rya segisiyo Russie
Musabwe mwese kudasiba canke ngo mucererwe kuko ibizoganirirwaho ari ngirakamaro
Télécharger l’invitation
En date du 04 Février 2018 à Moscou, la capitale de la Fédération de Russie, s’est déroulé le grand rassemblement annuel des membres de la section du parti CNDD-FDD en Fédération de Russie. Le congrès de Moscou, le 5è de la section s’est distingué par une participation jamais atteinte auparavant et une ambiance irréprochable. L’ambassadeur…
Tugire CNDD-FDD! N’intsinzi ! Abakenyererarugamba, Segura inkona ! Cette année, le 16 mars, 2024, le parti CNDD-FDD célèbre « Umukenyerarugamba Day » sous le thème : « Mukenyererarugamba, ta contribution dans l’augmentation de la production est indispensable pour un Burundi, pays émergent en 2040 et pays développé en 2060 ». Les femmes constituent une part…

Kw’igenekerezo rya 08 Ruheshi uko umwaka utashe abarundi barahimbaza umusi wahariwe ugukunda igihugu hamwe no kwibuka Imboneza kizigenza mugukunda igihugu, umuhisi Nyenicubahiro Prezida Petero Nkurunziza. Uyu musi ni incuro igira kane abarundi bahimbaza umusi wahariwe ugukunda igihugu ; abagumyabanga bagize section y’umugambwe CNDD-FDD baba mu gihugu c’uburusiya baramenyesha ko bifadikanije n’abandi barundi bose aho bari…
Tugire CNDD-FDD ! N’intsinzi ! Mukomere mwese! Ubuserukizi bwa Segisiyo y’umugambwe CNDD-FDD mu Burusiya burifurije abakenyererarugamba umusi mukuru mwiza mpuzamakungu wahariwe abakenyezi. Bakenyererarugamba murahamagariwe kuja ahabona mukwitabira ibikorwa vy’umugambwe wanyu mwiza CNDD-FDD muguharanira demokarasi, ubutungane, iterambere, agateka kazinamuntu, amahoro n’umutekano. Bakenyererarugamba ni mube abakenyezi bizerwa ko bashoboye gukora ibikorwa vy’iterambere mu miryango, mu gihugu no…
En date du 09 au 10 Mars 2018 s’est tenue une réunion du Comité Central du Parti CNDD-FDD , en vue d’analyser ensemble le pas déjà franchi dans la mise en œuvre du Programme Politique du Parti. Durant ces deux jours, ont été arrêtées plusieurs résolutions liées notamment à la lutte contre la corruption et…
Merci de l’invitation Monsieur le Secretaire. Tugire CNDD FDD