«Imbonerakure day»2024 : Umunsi wahariwe imbonerakure 2024
REPUBLIQUE DU BURUNDI REPUBLIKA YâUBURUNDI PARTI CNDD-FDD …
REPUBLIQUE DU BURUNDI REPUBLIKA YâUBURUNDI PARTI CNDD-FDD …
Kwâigenekerezo rya 08 Ruheshi uko umwaka utashe abarundi barahimbaza umusi wahariwe ugukunda igihugu hamwe no kwibuka Imboneza kizigenza mugukunda igihugu, umuhisi Nyenicubahiro Prezida Petero Nkurunziza. Uyu musi ni incuro igira kane abarundi bahimbaza umusi wahariwe ugukunda igihugu ; abagumyabanga bagize section yâumugambwe CNDD-FDD baba mu gihugu câuburusiya baramenyesha ko bifadikanije nâabandi barundi bose aho bari…
Tugire CNDD-FDD! N’intsinzi ! Abakenyererarugamba, Segura inkona ! Cette annĂ©e, le 16 mars, 2024, le parti CNDD-FDD cĂ©lĂšbre « Umukenyerarugamba Day » sous le thĂšme : « Mukenyererarugamba, ta contribution dans lâaugmentation de la production est indispensable pour un Burundi, pays Ă©mergent en 2040 et pays dĂ©veloppĂ© en 2060 ». Les femmes constituent une part…
Tugire CNDD-FDD ! N’intsinzi ! Chaque annĂ©e, le 8 mars, les Burundais se joignent aux autres populations du monde entier pour cĂ©lĂ©brer la journĂ©e internationale des droits de la femme. Il sâagit dâune excellente occasion de reconnaĂźtre les actes de courage et de dĂ©termination des femmes qui jouent un rĂŽle extraordinaire dans le dĂ©veloppement des…
Tugire CNDD-FDD!N’Intsinzi! Ku musi wa gatandatu igenekenerezo rya 03/02/2024, mu gisagara ca Mosiku harabaye ikoraniro rihuza abagumyabanga bâumugambwe CNDD-FDD bo muri Segisiyo yo mu Burusiya muntumbero guhanahana ivyiyumviro vyo guteza imbere igihugu no gukomeza no gutsimataza umugambwe CNDD-FDD. Kurutonde rwâindinganizo yâibikorwa hari hategekanijwe: ibirori vyo kwakira no gushira ku kivi câibikorwa abagumyabanga bashasha bifuza gukorera…
Chaque annĂ©e, depuis le 16 novembre, le parti CNDD – FDD commĂ©more une semaine dĂ©diĂ©e aux hĂ©ros de la lutte pour la paix et la dĂ©mocratie. Cette annĂ©e, depuis le 16 jusqu’au 18 novembre, elle est cĂ©lĂ©brĂ©e sous le thĂšme “Bagumyabanga, uwuhenzwe n’agahengwe acana inkinzo. Twubake rero igihugu cacu tugavye“. Ce thĂšme s’inscrit dans le…
REPUBLIQUE DU BURUNDI REPUBLIKA YâUBURUNDI PARTI CNDD-FDD UMUGAMBWE CNDD-FDD CONSEIL NATIONAL POUR LA INAMA Y’ABANYAGIHUGU DEFENSE DE LA DEMOCRATIE – FORCES POUR LA BAHARANIRA DEMOKARASI. DEFENSE DE LA DEMOCRATIE. UBUSERUKIZI BWA SEGISIYO YâUMUGAMBWE CNDD-FDD MU BURUSIYA «Imbonerakure…
Tugire CNDD-FDD ! N’intsinzi ! Kwâigenekerezo rya 08/06 uko umwaka utashe abarundi barahimbaza umusi wahariwe ugukunda igihugu hamwe no kwibuka imboneza kizigenza mugukunda igihugu, umuhisi Nyenicubahiro Prezida Petero Nkurunziza. Kuri uyu musi abarundi bariko bahimbaza ku ncuro igira gatatu umusi wahariwe ugukunda igihugu ; abagumyabanga bagize section yâumugambwe CNDD-FDD baba mu gihugu câuburusiya bifadikanije nâabandi…
IJAMBO RYA SEGISIYO YâUMUGAMBWE CNDD-FDD MU BURUSIYA RIJANYE NâUMUSI WAHARIWE UMUKENYERERARUGAMBA MU MUGAMBWE CNDD-FDD KU NCURO YA KABIRI KUWA GATANDATU IGENEKEREZO RYA 25/03/2023 Tugire CNDD-FDD ! N’intsinzi ! Bakenyererarugamba! Segura inkona! Ubuserukizi bwa segisiyo yâumugambwe CNDD-FDD mu Burusiya burifurije abakenyererarugamba bose umusi mukuru mwiza wahariwe Umukenyererarugamba. Icivugo câuno mwaka akaba ari : âBakenyererarugamba, ijukire ibikorwa…
Tugire CNDD-FDD ! N’intsinzi ! Chaque annĂ©e, le 8 mars, la journĂ©e internationale des femmes est cĂ©lĂ©brĂ©e dans le monde entier. Au pays et Ă l’Ă©tranger, les Burundais se joignent aux autres populations du monde pour cĂ©lĂ©brer les progrĂšs rĂ©alisĂ©s en matiĂšre de droits des femmes. La journĂ©e internationale des femmes est l’occasion de cĂ©lĂ©brer…