Ubutumire mw’ikoraniro rikuru rya bose
Musabwe mwese kudasiba canke ngo mucererwe kuko ibizohavugirwa bihambaye cane.
Musabwe mwese kudasiba canke ngo mucererwe kuko ibizohavugirwa bihambaye cane.
Tugire CNDD-FDD ! N’intsinzi ! Chaque année, le 8 mars, la journée internationale des femmes est célébrée dans le monde entier. Au pays et à l’étranger, les Burundais se joignent aux autres populations du monde pour célébrer les progrès réalisés en matière de droits des femmes. La journée internationale des femmes est l’occasion de célébrer…
Tugire CNDD-FDD! N’intsinzi ! Abakenyererarugamba, Segura inkona ! Cette année, le 16 mars, 2024, le parti CNDD-FDD célèbre « Umukenyerarugamba Day » sous le thème : « Mukenyererarugamba, ta contribution dans l’augmentation de la production est indispensable pour un Burundi, pays émergent en 2040 et pays développé en 2060 ». Les femmes constituent une part…
REPUBLIQUE DU BURUNDI REPUBLIKA Y’UBURUNDI PARTI CNDD-FDD UMUGAMBWE CNDD-FDD CONSEIL NATIONAL POUR LA INAMA Y’ABANYAGIHUGU DEFENSE DE LA DEMOCRATIE – FORCES POUR LA BAHARANIRA DEMOKARASI. DEFENSE DE LA DEMOCRATIE. UBUSERUKIZI BWA SEGISIYO Y’UMUGAMBWE CNDD-FDD MU BURUSIYA «Imbonerakure…
Tugire CNDD-FDD ! N’intsinzi ! Mukomere mwese! Ubuserukizi bwa Segisiyo y’umugambwe CNDD-FDD mu Burusiya burifurije abakenyererarugamba umusi mukuru mwiza mpuzamakungu wahariwe abakenyezi. Bakenyererarugamba murahamagariwe kuja ahabona mukwitabira ibikorwa vy’umugambwe wanyu mwiza CNDD-FDD muguharanira demokarasi, ubutungane, iterambere, agateka kazinamuntu, amahoro n’umutekano. Bakenyererarugamba ni mube abakenyezi bizerwa ko bashoboye gukora ibikorwa vy’iterambere mu miryango, mu gihugu no…

Kw’igenekerezo rya 08 Ruheshi uko umwaka utashe abarundi barahimbaza umusi wahariwe ugukunda igihugu hamwe no kwibuka Imboneza kizigenza mugukunda igihugu, umuhisi Nyenicubahiro Prezida Petero Nkurunziza. Uyu musi ni incuro igira kane abarundi bahimbaza umusi wahariwe ugukunda igihugu ; abagumyabanga bagize section y’umugambwe CNDD-FDD baba mu gihugu c’uburusiya baramenyesha ko bifadikanije n’abandi barundi bose aho bari…
Mardi le 03 janvier 2017, dans la ville de Saint-Pétersbourg, s’est tenu une réunion en assemblée générale des membres du parti CNDD FDD en Fédération de Russie. C’était un grand rendez-vous au sein de la section du parti CNDD-FDD en Fédération de Russie, parce que cet évènement était connu des membres depuis le mois de…