Ubutumire mw’ikoraniro rikuru rya segisiyo Russie
Musabwe mwese kudasiba canke ngo mucererwe kuko ibizoganirirwaho ari ngirakamaro
Télécharger l’invitation
Chaque année, depuis le 16 novembre, le parti CNDD – FDD commémore une semaine dédiée aux héros de la lutte pour la paix et la démocratie. Cette année, depuis le 16 jusqu’au 18 novembre, elle est célébrée sous le thème “Bagumyabanga, uwuhenzwe n’agahengwe acana inkinzo. Twubake rero igihugu cacu tugavye“. Ce thème s’inscrit dans le…
Komite nshingwabikorwa y’umugambwe CNDD-FDD, segisiyo-Russie iri n’iteka ryo gutumira abagumyabanga n’abakenyererarugamba mwese mw’ikoraniro rikuru rya bose (Assemblée générale) rizobera mu gisagara ca Moscou, « café Beyrouth » kw’ibarabara ryitiriwe Mikloukho-maklaï 21-1, kw’igenekerezo rya 03 ruhuhuma 2019, isaha zitanu z’igitondo (11h heure locale). Musabwe mwese kudasiba canke ngo mucererwe kuko ibizohavugirwa bihambaye cane. UBUTUMIRE MW’IKORANIRO RIKURU…
En date du 09 au 10 Mars 2018 s’est tenue une réunion du Comité Central du Parti CNDD-FDD , en vue d’analyser ensemble le pas déjà franchi dans la mise en œuvre du Programme Politique du Parti. Durant ces deux jours, ont été arrêtées plusieurs résolutions liées notamment à la lutte contre la corruption et…
Kw’igenekerezo rya 08 Ruheshi uko umwaka utashe abarundi barahimbaza umusi wahariwe ugukunda igihugu hamwe no kwibuka Imboneza kizigenza mugukunda igihugu, umuhisi Nyenicubahiro Prezida Petero Nkurunziza. Uyu musi ni incuro igira kane abarundi bahimbaza umusi wahariwe ugukunda igihugu ; abagumyabanga bagize section y’umugambwe CNDD-FDD baba mu gihugu c’uburusiya baramenyesha ko bifadikanije n’abandi barundi bose aho bari…
Bakenyererarugamba ! Segura inkona ! Ubuserukizi bwa segisiyo y’umugambwe CNDD-FDD mu Burusiya burifurije abakenyererarugamba umusi mukuru mwiza wahariwe Umukenyererarugamba (Umukenyererarugamba Day 2022). Icivugo c’uno mwaka akaba ari : “Bakenyererarugamba, dukenyere zigume mu rugamba rwo kurwanya ubukene dutere iteka igihugu cacu “. Bakenyererarugamba tubere akarorero abandi bakenyezi mu kuba abanyamwete baharanira iterambere ry’igihugu cacu no mukwirinda ibidusamaza. Dushishikare…
REPUBLIQUE DU BURUNDI REPUBLIKA Y’UBURUNDI PARTI CNDD-FDD UMUGAMBWE CNDD-FDD CONSEIL NATIONAL POUR LA INAMA Y’ABANYAGIHUGU DEFENSE DE LA DEMOCRATIE – FORCES POUR LA BAHARANIRA DEMOKARASI. DEFENSE DE LA DEMOCRATIE. UBUSERUKIZI BWA SEGISIYO Y’UMUGAMBWE CNDD-FDD MU BURUSIYA «Imbonerakure…
Merci de l’invitation Monsieur le Secretaire. Tugire CNDD FDD