|

UMUSI WAHARIWE UGUKUNDA IGIHUGU MU BURUNDI 2022

Kw’igenekerezo rya 08/06 uko umwaka utashe abarundi barahimbaza umusi wahariwe ugukunda igihugu. Kuri uyu musi abarundi baramutse bahimbaza ku ncuro igira kabiri umusi wahariwe ugukunda igihugu ; abagumyabanga bagize section y’umugambwe CNDD-FDD baba mu gihugu c’uburusiya baramenyesha ko bifadikanije n’abandi barundi mu guhimbaza umusi wahariwe ugukunda igihugu mukwipfurizanya umusi mukuru mwiza wo gukunda Uburundi igihugu…

Sujet de dĂ©bat du 09/04/2022 : l’EAC, l’une des opportunitĂ©s pour le dĂ©collage Ă©conomique du Burundi.

Introduction.                                                                                                             …

Communiqué sur les sujets de société et des questions de développement au Burundi.

Le Sujet de dĂ©bat de la section sur les sujets de sociĂ©tĂ© et des questions de dĂ©veloppement du pays en date du 09/04/2022 : l’EAC, l’une des opportunitĂ©s pour le dĂ©collage Ă©conomique du Burundi. Tout peut ĂȘtre sujet Ă  dĂ©bat ! C’est un Ă©vĂ©nement pour la rĂ©flexion collective intellectuellement stimulante menĂ©e au sein de la section…

UMUSI WAHARIWE UMUKENYERERARUGAMBA 2022

Bakenyererarugamba ! Segura inkona ! Ubuserukizi bwa segisiyo y’umugambwe CNDD-FDD mu Burusiya burifurije abakenyererarugamba umusi mukuru mwiza wahariwe Umukenyererarugamba (Umukenyererarugamba Day 2022). Icivugo c’uno mwaka akaba ari : “Bakenyererarugamba, dukenyere zigume mu rugamba rwo kurwanya ubukene dutere iteka igihugu cacu “. Bakenyererarugamba tubere akarorero abandi bakenyezi mu kuba abanyamwete baharanira iterambere ry’igihugu cacu no mukwirinda ibidusamaza. Dushishikare…

UMUSI MPUZAMAKUNGU WAHARIWE ABAKENYEZI 2022

Tugire CNDD-FDD ! N’intsinzi ! Mukomere mwese!  Ubuserukizi bwa Segisiyo y’umugambwe CNDD-FDD mu Burusiya burifurije abakenyererarugamba umusi mukuru mwiza mpuzamakungu wahariwe abakenyezi. Bakenyererarugamba murahamagariwe kuja ahabona mukwitabira ibikorwa vy’umugambwe wanyu mwiza CNDD-FDD muguharanira demokarasi, ubutungane, iterambere, agateka kazinamuntu, amahoro n’umutekano. Bakenyererarugamba ni mube abakenyezi bizerwa ko bashoboye gukora ibikorwa vy’iterambere mu miryango, mu gihugu no…

CongrÚs de la section du parti CNDD-FDD en Fédération de Russie du 01/02/2020

En date du 01 fĂ©vrier 2020 Ă  Moscou, la capitale de la FĂ©dĂ©ration de Russie, s’est dĂ©roulĂ© le grand rassemblement annuel des membres de la section du parti CNDD-FDD en FĂ©dĂ©ration de Russie. Le congrĂšs de Moscou, le 7Ăš de la section s’est distinguĂ© par une participation massive et une ambiance irrĂ©prochable. Le 2Ăš conseiller…

Félicitations de la section Russie au candidat du parti Général Major Evariste NDAYISHIMIYE

La section du parti CNDD-FDD en FĂ©dĂ©ration de Russie a une extrĂȘme joie d’exprimer ses sincĂšres fĂ©licitations au secrĂ©taire gĂ©nĂ©ral du parti GĂ©nĂ©ral Major Evariste NDAYISHIMIYE pour la confiance lui tĂ©moignĂ©e par les Bagumyabanga pour reprĂ©senter le parti CNDD-FDD lors des Ă©lections prĂ©sidentielles de Mai 2020. Cette Ă©lection est un Ă©vĂ©nement historique au sein du…