|

UMUSI WAHARIWE UGUKUNDA IGIHUGU MU BURUNDI 2023

Tugire CNDD-FDD ! N’intsinzi ! Kw’igenekerezo rya 08/06 uko umwaka utashe abarundi barahimbaza umusi wahariwe ugukunda igihugu hamwe no kwibuka imboneza kizigenza mugukunda igihugu, umuhisi Nyenicubahiro Prezida Petero Nkurunziza.  Kuri uyu musi abarundi bariko bahimbaza ku ncuro igira gatatu umusi wahariwe ugukunda igihugu ; abagumyabanga bagize section y’umugambwe CNDD-FDD baba mu gihugu c’uburusiya bifadikanije n’abandi…

|

UMUSI WAHARIWE UGUKUNDA IGIHUGU MU BURUNDI 2022

Kw’igenekerezo rya 08/06 uko umwaka utashe abarundi barahimbaza umusi wahariwe ugukunda igihugu. Kuri uyu musi abarundi baramutse bahimbaza ku ncuro igira kabiri umusi wahariwe ugukunda igihugu ; abagumyabanga bagize section y’umugambwe CNDD-FDD baba mu gihugu c’uburusiya baramenyesha ko bifadikanije n’abandi barundi mu guhimbaza umusi wahariwe ugukunda igihugu mukwipfurizanya umusi mukuru mwiza wo gukunda Uburundi igihugu…

Quelques mémoires sur Feu S.E Pierre NKURUNZIZA à la présidence de la République du Burundi
|

Quelques mémoires sur Feu S.E Pierre NKURUNZIZA à la présidence de la République du Burundi

Les étoiles naissent, brillent et s’éteignent mais le Burundi a connu une étoile, SE pierre Nkurunziza qui brillera pour l’éternité. Nkurunziza  fut une étoile qui  a brillé pour le Burundi ,qui  s’est  éteint  sur cette terre pour continuer de briller dans le cœur des burundais . Tant il a marqué la vie des burundais du…

Un guide suprême du patriotisme s’éteint au milieu des siens !
| |

Un guide suprême du patriotisme s’éteint au milieu des siens !

« Ingorane si ugupfa , ingorane ni ugupfa nabi ,gupfa ataco umariye umuryango wawe canke igihugu cakwibarutse .Wewe uri ngaha ndagusigiye iki kibazo : Uriko ukora iki kugira ngo uzopfire neza umuryango n’igihugu  cakwibarutse ? » [Le problème, ce n’est pas de mourir, le problème c’est mourir indignement, mourir  sans  rien accomplir pour sa famille…