Vingt ans du parti CNDD-FDD à la tête du Burundi : œuvre transformative du chaos à la cohésion
|

Vingt ans du parti CNDD-FDD à la tête du Burundi : œuvre transformative du chaos à la cohésion

Le CNDD-FDD (Conseil National pour la Défense de la Démocratie – Forces pour la Défense de la Démocratie), né dans un contexte de crise profonde après l’assassinat du président Melchior NDADAYE, incarne la volonté divine de restaurer la dignité du peuple burundais. Depuis son accession au pouvoir en 2005, le parti a transformé le Burundi…

Iranguka ry’umugambi wo gufasha wa Section Russie 2023/2024

Iranguka ry’umugambi wo gufasha wa Section Russie 2023/2024

Abagumyabanga bakorera ibikorwa vy’umugambwe CNDD-FDD mu gihugu c’Uburusiya (Section Russie) kuva mumwaka w’2012 batanguye gukora, baragiye hamwe biha ihangiro ryo kwama bagira akigoro ko kwegeraniriza uburyo hamwe k’umwaka k’umwaka bagaheza bagashigikira canke bagafasha abarundi benewabo. Hisunzwe intara zigize igihugu cacu, hama hatangwa imfashanyo mu gushigikira ama Cooperatives abariko yiyungunganya ariko aba ataraterimbere cane, mu gufasha…

JOURNEE INTERNATIONALE DES FEMMES EDITION 2024

Tugire CNDD-FDD ! N’intsinzi ! Chaque année, le 8 mars, les Burundais se joignent aux autres populations du monde entier pour célébrer la journée internationale des droits de la femme. Il s’agit d’une excellente occasion de reconnaître les actes de courage et de détermination des femmes qui jouent un rôle extraordinaire dans le développement des…

IBIMENYESHEJWE KW’IKORANIRO RIHUZA ABAGUMYABANGA B’UMUGAMBWE CNDD-FDD BO MURI SEGISIYO Y’UBURUSIYA RYO KUWA WA GATANDATU IGENEKENEREZO RYA 03/02/2024

IBIMENYESHEJWE KW’IKORANIRO RIHUZA ABAGUMYABANGA B’UMUGAMBWE CNDD-FDD BO MURI SEGISIYO Y’UBURUSIYA RYO KUWA WA GATANDATU IGENEKENEREZO RYA 03/02/2024

Tugire CNDD-FDD!N’Intsinzi! Ku musi wa gatandatu igenekenerezo rya 03/02/2024, mu gisagara ca Mosiku harabaye ikoraniro rihuza abagumyabanga b’umugambwe CNDD-FDD bo muri Segisiyo yo mu Burusiya muntumbero guhanahana ivyiyumviro vyo guteza imbere igihugu no gukomeza no gutsimataza umugambwe CNDD-FDD. Kurutonde rw’indinganizo y’ibikorwa hari hategekanijwe: ibirori vyo kwakira no gushira ku kivi c’ibikorwa abagumyabanga bashasha bifuza gukorera…

SEMAINE DÉDIÉE AUX HÉROS DE LA LUTTE POUR LA PAIX ET LA DÉMOCRATIE AU BURUNDI, Edition 2023

Chaque année, depuis le 16 novembre, le parti CNDD – FDD commémore une semaine dédiée aux héros de la lutte pour la paix et la démocratie. Cette année, depuis le 16 jusqu’au 18 novembre, elle est célébrée sous le thème “Bagumyabanga, uwuhenzwe n’agahengwe acana inkinzo. Twubake rero igihugu cacu tugavye“.  Ce thème s’inscrit dans le…

Les Travaux de Développement Communautaire: un moteur de développement durable et de cohésion sociale dans le pays
|

Les Travaux de Développement Communautaire: un moteur de développement durable et de cohésion sociale dans le pays

Les Travaux de Développement Communautaire sont considérés comme une base du moteur des projets d’intérêt collectif réalisés pour le bien-être de la population et pour permettre à la population de  vivre dans un milieu plus équitable, en bonne santé et en respectant la protection de l’environnement.  Au Burundi, les travaux de développement communautaire sont organisés…

«Imbonerakure day»2023 : Umunsi wahariwe imbonerakure 2023

REPUBLIQUE DU BURUNDI                                                                          REPUBLIKA Y’UBURUNDI  PARTI CNDD-FDD                                                                                             UMUGAMBWE CNDD-FDD  CONSEIL NATIONAL POUR LA                                                                     INAMA Y’ABANYAGIHUGU  DEFENSE DE LA DEMOCRATIE – FORCES POUR LA                               BAHARANIRA DEMOKARASI. DEFENSE DE LA DEMOCRATIE. UBUSERUKIZI BWA SEGISIYO Y’UMUGAMBWE CNDD-FDD MU BURUSIYA «Imbonerakure…

UMUSI WAHARIWE UMUKENYERERARUGAMBA 2023

IJAMBO RYA SEGISIYO Y’UMUGAMBWE CNDD-FDD MU BURUSIYA RIJANYE N’UMUSI WAHARIWE UMUKENYERERARUGAMBA MU MUGAMBWE CNDD-FDD KU NCURO YA KABIRI KUWA GATANDATU IGENEKEREZO RYA 25/03/2023 Tugire CNDD-FDD ! N’intsinzi ! Bakenyererarugamba! Segura inkona! Ubuserukizi bwa segisiyo y’umugambwe CNDD-FDD mu Burusiya burifurije abakenyererarugamba bose umusi mukuru mwiza wahariwe Umukenyererarugamba. Icivugo c’uno mwaka akaba ari : “Bakenyererarugamba, ijukire ibikorwa…