Umukenyererarugamba Day 5ème Édition

En ce jour où le Parti CNDD-FDD célèbre la 5ème Édition Umukenyererarugamba Day, la Section du Parti CNDD-FDD en Russie saisit cette occasion pour souhaiter à tous les Bakenyererarugamba une fête de joie et de reconnaissance méritée. C’est avec honneur et ferveur patriotique que la Section du Parti CNDD-FDD en Russie prend la parole en…

UMUSI WAHARIWE UMUKENYERERARUGAMBA 2022

Bakenyererarugamba ! Segura inkona ! Ubuserukizi bwa segisiyo y’umugambwe CNDD-FDD mu Burusiya burifurije abakenyererarugamba umusi mukuru mwiza wahariwe Umukenyererarugamba (Umukenyererarugamba Day 2022). Icivugo c’uno mwaka akaba ari : “Bakenyererarugamba, dukenyere zigume mu rugamba rwo kurwanya ubukene dutere iteka igihugu cacu “. Bakenyererarugamba tubere akarorero abandi bakenyezi mu kuba abanyamwete baharanira iterambere ry’igihugu cacu no mukwirinda ibidusamaza. Dushishikare…