Ubutumire mw’ikoraniro rikuru rya bose

Ubutumire mw’ikoraniro rikuru rya bose

UBUTUMIRE


Komite nshingwabikorwa y’umugambwe CNDD-FDD, segisiyo-Russie iri n’iteka ryo gutumira abagumyabanga, abakenyererarugamba n’imbonerakure mw’ikoraniro kaminuza (Assemblée générale) rizobera mu gisagara ca Moscou, ku musi wa gatandatu, igenekerezo rya 01 Ruhuhuma 2020, isaha zine zo mu gitondo (10h, heure locale).

Musabwe mwese kudasiba canke ngo mucererwe kuko ibizohavugirwa bihambaye cane.

Ikibanza: Метро Автозаводская, ул. Мастеркова, 4 (4 Masterkova Street, Moscow. Metro: avtozavodskaya)
Maxima Panorama Hôtel, salle de conférence du 4ème étage

Bigiriwe i Saint-Pétersbourg, kw’igenekerezo rya 10 kigarama 2019
Dr INGABIRE Thierry
Umunyamabanga wa Segisiyo,

IKETE RY’UBUTUMIRE MW’IKORANIRO RIKURU RYA SEGISIYO-RUSSIE

Envoyer un commentaire